Breaking News

Tag Archives: Amakuru

#RMT: Amakuru dukura m’ umurwi wa Young Africans SC kuri uno munsi wa gatanu w’ igenekerezo rya 15 Nzero 2021, avuga ko #FistonAbdoulRazak yateye … – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Amakuru dukura m’ umurwi wa Young Africans SC🇹🇿 kuri uno munsi wa gatanu w’ igenekerezo rya 15 Nzero 2021, avuga ko #FistonAbdoulRazak🇧🇮 yateye umukono ku masezerano yo gukinira uyo murwi. Ivyo bibaye mu gihe uyo musatiri w’ umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi ata mahirwe menshi yo gukina yaragihabwa n’ umurwi …

Read More »

#RMT: #PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c’ uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Ma… – #RMTUpDates

#PARIS:  Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c' uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Ma...

#PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c’ uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Mali aho yarasanzwe yarasavye ubuhungiro. Ariko umusi canke igenekerezo azohambirwako ntibirashobora kumenyekana. #OnésimeNdayishimiye Source                           

Read More »

#RMT: #Amakuru:… – #RMTUpDates

#Amakuru:...

#Amakuru: Kubura amazi meza ni bimwe mu biriko bituma abantu bahura n' ingaruka mbi y' imvubu k' umutumba Rutumo. Ivyo vyashikirijwe na #NSINKIBAKIRAFréderic umukuru w' umutumba wa #Rutumo uri muri Komine n' intara ya Rumonge mu kiganiro yahaye #RadioMagaraTimesFM92MHZ kuri uyu wa kane igenekerezo rya 19 Munyonyo 2020. Kurikirana ico …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya 05-08-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe ni ngingo ikurikira: -Barashima uko akazi kabo kagenda naho kataburamwo ingorane abo nabo akaba ari abararira amato kumweha wa Magara. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,…. 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200804 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wakabiri mushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira: -Kuri uyu wambere Myandagaro 2020 harabaye umunsi mukuru wahariwe umunsi wo gufashanya Amakenga n’ahere kubenegihugu barangurira imirimo yabo mwisoko nkuru ya Magara bivanye n’inyubakwa igira yubakwe mwisoko hagati Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube. Facebook. …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200803 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 03-08-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Guheranigwa mukazi canke murudandazwa nibimwe mubisubiza inyuma abarundi n’Uburundi. -Kumusi wagatandatu harabaye urukino ngwahuje Rutumo Star na Kizegwa united. Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu : YouTube, Facebook, Website,… 20200803 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200731 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwagatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 31-07-2020 dushikirizwa na Jean CIZA agizwe ni ngingo nkuru nkuru zikurikira: -Umugambi wo gutangishwa amahera ya assurence kubarovyi ngo ntiwakiriwe neza naba rovyi bose. Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…. 20200731 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwagatanu kuri 92.00Mhz no kuri …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200730 – Amakuru ya Radiom @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kane igenekerezo rya 30-07-2020 dushikirizwa na BUKURU Hawa agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Kuruyu musi wakane igenekerezo rya 30-07-2020 niho aba Islam bokwisi yose baja mumafungo yumusi mukuru bitiriye kubaga intama. -Ntamwuga udakiza, Abasanzwe bakora umwuga wukubarira ibirato barashima uko basanzwe barangura uwomwuga wabo bakana himiriza abandi …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200729 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 29-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Felicien agizwe ningingo nkururu nkuru zikurikira: -Igikogwa co gupima covid-19 kirabandanya mugihugu cose abo basanze baranduye bakabakurikirana. -Buraca bugacana ayandi mugihe harihagize imisi higaragaza ibura ry’amafi kumweha wa MAGARA Imana ikabiriko iracana umwimbu ukaburiko uraboneka muruwo mweha. Amakuru aramvuye muyakurikirana …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200728 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kabiri igenekerezo rya 28-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Unomusi igenekerezo rya 28-07-2020 niho mugihugu cose hariko hakogwa ikibazo ca reta kirangiza amashure yisumbuye kigatanga uburenganzira bwokuja mu zakaminuza. -Amasanganya yimiriro arakunze kwigaragaza muribino bihe vyimpeshi aba yaturutse ku miriro isanzwe canke kumiyagankuba. …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200727 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 27-07-2020 dushikirizawa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikirikira: -Impinduka ziriko ziribonekeza kukiyaga tanganyika ahoharihaheze imisi icokiyaga caricateye umwuzure . -Mugihe abenegihugu batohabera maso barashobora kwandura indwara zituruka kwisuku rike nacanecane kubakorera munzu zuburiro -Murikinogihe cuburuhuko abanyeshure barakwiye gukora ibikogwa bizobafasha kuronka ibikoresho …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200722 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 22-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -kugwanya ibiturire kubunga bunga itunga ry’igihugu hamwe no gutahukana impuzi ngo nibimwe mumigambi Reta y’uburundi igiye gushira mungiro vuba. -Hagizimisi hibonekeza amasanganya mumabarabara atandukanye abajejwe umutekano barakwiye kuhabera magabo kugira ngwayo masanganya agabanuke. -Amapikipiki …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200721 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa kabiri igenekerezo rya 21-07-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe ni ngingo nkuru nkuru zikurikira: -Unomusi niho hatangura indwi ya hariwe amagara meza mugutanga ibinini vy’Inzoka kubana na bagore bubungenze. -Hamaze imisi hibonekeza ubusuma bw’Ibikoresho vy’Umuyagankuba mu gisagara ca Bujumbura. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,… 20200721 …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200717 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Intrnet

Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 17-07-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’Ingingo nkuru nkuru zikurikira: -Umukuru w’Igihugu c’Uburundi aratera akamo abarundi kuvomerera imirima muri kino gihe co muci. -Naho ikiza ca corona Virus carandagase mu Burundi nticabujije ko ibikogwa vyo kubaka ingomero zumuyagankuba kunzuzi Jiji na Murembwe …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200716 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kumusi wa kane igenekerezo rya 16-07-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe ningingo zikurikira: Ejo umukuru w’Igihugu c’Uburundi yarahaye umubonano ba Buramatari barongoye intara zose zigize Uburundi. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,… 20200716 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet Source. 2            2Shares             

Read More »