Breaking News

Tag Archives: amanota

#RMT: Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota mu matsinda birimwo. MN: Ibihugu bigera kuri bitanu(5) biramaze gukatisha itike navyo ni: 1) Cameroun 2) Sénegal 3) Algérie 4) Mali 5) Tunisie Vuga igihugu cawe hanyuma wongere uvuge …

Read More »

#RMT: Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru kw’ isi #FIFA ryasohoye urutonde rw’ ukungene ibihugu bisumbanya amanota m’ ukwezi kwa Munyonyo 2020 aho … – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru kw’ isi #FIFA ryasohoye urutonde rw’ ukungene ibihugu bisumbanya amanota m’ ukwezi kwa Munyonyo 2020 aho igihugu c’ Uburundi🇧🇮 cungutse ibibanza 11. Cahora mu kibanza c’ ijana na mirongo ine n’ icende (149) ariko ubu ico gihugu kiri mu kibanza c’ ijana na mirongo itatu …

Read More »

#RMT: #CHAN_2020: Uko ibihugu bisumbanya amanota inyuma y' inkino zigira kabiri(2è journée)…. – #RMTUpDates

#CHAN_2020: Uko ibihugu bisumbanya amanota inyuma y' inkino zigira kabiri(2è journée)....

#CHAN_2020: Uko ibihugu bisumbanya amanota inyuma y' inkino zigira kabiri(2è journée). Groupe A 1. Cameroon🇨🇲 4pts 2. Mali🇲🇱 4pts 3. Burkina Faso🇧🇫 3pts 4. Zimbabwe🇿🇼 0pt Groupe B 1. RDC🇨🇩 4pts 2. Libya🇱🇾 2pts 3. Niger🇳🇪 2pts 4. Congo🇨🇬 1pt Groupe C 1. Maroc🇲🇦 4pts 2. Togo🇹🇬 3pts 3. Rwanda🇷🇼️ …

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y’ indwi ya cumi na gatatu(13) y’ inkino mw’ ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru ry’ igihugu c’ #E… – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y' indwi ya cumi na gatatu(13) y' inkino mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru ry' igihugu c'  #E...

Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y’ indwi ya cumi na gatatu(13) y’ inkino mw’ ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru ry’ igihugu c’ 🇫🇴 #EPL. Ubona umurwi ukunda uri mu kibanza ca kangahe? Jewe umurwi nkunda uri mu kibanza c’ indwi #Chelsea.#PérèsNIBIGIRA Source 28            28Shares             

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota mu cicaro ca mbere (ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru) m' Uburundi #PrimusLigue ku ndwi ya … – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota mu cicaro ca mbere (ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru) m' Uburundi #PrimusLigue ku ndwi ya ...

Uko imirwi isumbanya amanota mu cicaro ca mbere (ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru) m' Uburundi🇧🇮 #PrimusLigue ku ndwi ya 12. 1. Olympic Star 23pts (+10) 2. Aigle Noir SC 22pts (+4) 3. Rukinzo FC 21pts (+5) 4. Vital'o FC 21pts (0) 5. Flambeau du Centre 20pts (+12) 6. B …

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Uburundi?? #PrimusLigue2020-2021 ku ndwi ya 1… – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Uburundi?? #PrimusLigue2020-2021 ku ndwi ya 1...

Uko imirwi isumbanya amanota mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Uburundi🇧?? #PrimusLigue2020-2021 ku ndwi ya 13. 1. Flambeau du Centre 23pts(+13) 2. Olympic Star 23pts(+10)( 1match en retard) 3. Aigle Noir SC 23pts(+3) 4. Rukinzo FC 22pts(+5) 5. Vital'o FC 21pts(-1) 6. B S Dynamik 20pts(+4)(1match en retard) …

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota ivy' imfatakibanza mu cicaro ca kabiri m' u #Burundi inyuma y' umunsi wa gatatu(3ème journée)…. – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota ivy' imfatakibanza mu cicaro ca kabiri m' u #Burundi inyuma y' umunsi wa gatatu(3ème journée)....

Uko imirwi isumbanya amanota ivy' imfatakibanza mu cicaro ca kabiri m' u #Burundi🇧🇮 inyuma y' umunsi wa gatatu(3ème journée). PouleA 1) Les Crocos wo mu Rumonge 7pts(+3) 2) Flambeau de l' Est 7pts (+3) 3) Telaviv FC 6pts (0) 4) Les Jeunes Athletiques 5pts (+4) 5) Delta Star 3pts (-1) …

Read More »