Breaking News

Tag Archives: igenekerezo

#RMT: Ivyavuye mu nkino z’ uno munsi igenekerezo rya 15 Munyonyo 2020 zo kurondera itike yo gukina #CAN2021. #Burundi 3-1 #Mauritania #Tchad… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Ivyavuye mu nkino z’ uno munsi igenekerezo rya 15 Munyonyo 2020 zo kurondera itike yo gukina #CAN2021. #Burundi🇧🇮 3-1 #Mauritania🇲🇷 #Tchad🇹🇩 1-1 #GuinéeConakry🇬🇳 #Comoros 2-1 #Kenya #GuinéeBissau🇬🇼 0-1 #Sénegal🇸🇳 #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Hari nk’ uno munsi w’ igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka wa 2016 aho #CristianoRonaldo yatsinda #Hat-rack #AthleticoMadrid ari muri #RealMa… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Hari nk’ uno munsi w’ igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka wa 2016 aho #CristianoRonaldo yatsinda #Hat-rack #AthleticoMadrid ari muri #RealMadrid. Iyo #derby yagenze uku: Real Madrid 3-0 Athletico Madrid#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Uko imirwi yaraye itsindanye ejo k’ umunsi wa kabiri igenekerezo rya 24 Munyonyo 2020 muri #UEFAChampionsLeague ku ndwi igira 4…. – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Uko imirwi yaraye itsindanye ejo k’ umunsi wa kabiri igenekerezo rya 24 Munyonyo 2020 muri #UEFAChampionsLeague ku ndwi igira 4. Ubona umurwi ukunda wavyifashemwo gute? MN: Kuri uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, harategekanijwe izindi nkino zisozera indwi ya 4.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Umushingamateka #Solène yatowe mu ntara ya #Rumonge yashimiye abitavye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 Munyonyo 202… – #RMTUpDates

Umushingamateka #Solène yatowe mu ntara ya #Rumonge yashimiye abitavye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 Munyonyo 202...

Umushingamateka #Solène yatowe mu ntara ya #Rumonge yashimiye abitavye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020 vyabereye muri komine #Bugarama zone #Magara k’ umutumba #Magara ya kabiri. Yongeye kandi aratanga impanuro ku benegihugu ko bokwipimisha indwara zitandukanye maze bakitura amavuriro batarasinzikara. #Radiomagaratimesfm92MHZ Source                           

Read More »

#RMT: Umunezero ni wose m’ umurwi #AlAhlySC wo mu Misiri inyuma yaho kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Munyonyo 2020 batahukaniye igikombe ca … – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Umunezero ni wose m’ umurwi #AlAhlySC wo mu Misiri🇪🇬 inyuma yaho kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Munyonyo 2020 batahukaniye igikombe ca #CAFChampionsLeague2019-2020 mu gutsinda #ZamalekSC ibitsindo 2 kuri 1.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: #CHAN_2020(1/4) ku wa gatandatu igenekerezo rya 30 Nzero 2021…. – #RMTUpDates

#CHAN_2020(1/4) ku wa gatandatu  igenekerezo rya 30 Nzero 2021....

#CHAN_2020(1/4) ku wa gatandatu igenekerezo rya 30 Nzero 2021. FT: RDC🇨🇩 1-2 Cameroon🇨🇲 FT: Mali🇲🇱 0-0 Congo Brazza🇨🇬 P(5-4) MN: Izindi nkino zibiri zitegekanijwe kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 31 Nzero 2021. Maroc & Zambia 16h00 GMT Guinée & Rwanda 19h00 GMT#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: #Rumonge: K' umugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 ku kivuko c' uburovyi ca Rutumo muri zone Minago komine… – #RMTUpDates

#Rumonge: K' umugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 ku kivuko c' uburovyi ca Rutumo muri zone Minago komine...

#Rumonge🇧🇮: K' umugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 ku kivuko c' uburovyi ca Rutumo muri zone Minago komine n' intara ya Rumonge, uwitwa Matore yaraye ariwe n' imvubu igihe bari bavuye gutega Amakira mu kiyaga Tanganyika aho imvubu yaseka akato barimwo ari babiri. Umwe yaciye …

Read More »

#RMT: Gitaza: Hari k' umugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 aho umunyeshure wo muri zone Gitaza Komine Muhuta y' i… – #RMTUpDates

Gitaza: Hari k' umugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 aho umunyeshure wo muri zone Gitaza Komine Muhuta y' i...

Gitaza🇧🇮: Hari k' umugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Nzero 2021 aho umunyeshure wo muri zone Gitaza Komine Muhuta y' intara ya Rumonge yaba mu kumesa impuzu iruhande y' ikiyaga #Tanganyika hanyuma #imvubu icimufata ubw' inyuma maze induru y' abantu iba nyinshi mu ntumbero yo kumutabariza niho …

Read More »

#RMT: Amakuru dukura m’ umurwi wa Young Africans SC kuri uno munsi wa gatanu w’ igenekerezo rya 15 Nzero 2021, avuga ko #FistonAbdoulRazak yateye … – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Amakuru dukura m’ umurwi wa Young Africans SC🇹🇿 kuri uno munsi wa gatanu w’ igenekerezo rya 15 Nzero 2021, avuga ko #FistonAbdoulRazak🇧🇮 yateye umukono ku masezerano yo gukinira uyo murwi. Ivyo bibaye mu gihe uyo musatiri w’ umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi ata mahirwe menshi yo gukina yaragihabwa n’ umurwi …

Read More »

#RMT: Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu Mungu igenekerezo rya 10 Nzero 2021 muri #PrimusLigue_Burundi2020_2021 ku ndwi ya 16…. – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

🇧🇮Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu Mungu igenekerezo rya 10 Nzero 2021 muri #PrimusLigue_Burundi2020_2021 ku ndwi ya 16. FT: Olympic Star 1-0 Inter Stars FT: Royal FC 1-2 Musongati FC FT: Athletico AC 1-2 Rukinzo FC #Uko imirwi isumbanya amanota: 1. Olympic Star 30pts(+11buts) 2. Flambeau du Centre 29pts(+15buts) 3. …

Read More »

#RMT: #Magara:Kurikirana indirimbo yaririmbwe na #Groupe_de_Louange yo mw’ ishengero rya #EEAC_MAGARA kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 10Nzero 20… – #RMTUpDates

#Magara:Kurikirana indirimbo yaririmbwe na #Groupe_de_Louange yo mw’ ishengero rya #EEAC_MAGARA kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 10Nzero 2020 iyo ndirimbo irangiye umuvuga b’ utumwa akaba yaciye atangura gusigura.#Olivier_NIBITANGA Source                           

Read More »

#RMT: #MAGARA:Ku musi w' Imana igenekerezo rya 10 Nzero 2021 #Radio_Magara_Times_FM yari yagendeye ishengero rya #EEAC_MAGARA riri muri Zone … – #RMTUpDates

#MAGARA:Ku musi w' Imana igenekerezo rya 10 Nzero 2021 #Radio_Magara_Times_FM yari yagendeye ishengero rya #EEAC_MAGARA riri muri Zone MAGARA Komine Bugarama Intara ya Rumonge aho havugiwe Ubutumwa Bwiza . Kwirikirana Ubutumwa bwa vugiwe muriryo shengero rya EEAC MAGARA Imbere yuko Umuvuga b'Utumwa atangura gusigura hatanguzwe indirimbo zitandukanye zaririrmbwe namwe mu …

Read More »

#RMT: Inyuma yo gutsinda ibitsindo 4 k' ubusa FC Platinum muri #CAFChampionsLeague2020_2021 kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 06 Nzero 2021,… – #RMTUpDates

Inyuma yo gutsinda ibitsindo 4 k' ubusa FC Platinum muri #CAFChampionsLeague2020_2021 kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 06 Nzero 2021,...

Inyuma yo gutsinda ibitsindo 4 k' ubusa FC Platinum🇿🇼 muri #CAFChampionsLeague2020_2021 kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 06 Nzero 2021, Simba SC🇹🇿 yafashe urugendo igana izinga rya #Zanzibar mu ntumbero yo kwitabira ihiganwa rya #MapinduziCup2021. Aho bukera #SimbaSC izokina na #ChipukiziFC mu gihe #YoungAfricansSC izokina na #NamungoFC🇹🇿 iherutse kuronka amahirwe …

Read More »

#RMT: Mu ntumbero yo kwitegurira ihiganwa rya #CHAN2020_2021 buca ribera muri Cameroon, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 07 Nzero 2021, habaye uru… – #RMTUpDates

Mu ntumbero yo kwitegurira ihiganwa rya #CHAN2020_2021 buca ribera muri Cameroon, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 07 Nzero 2021, habaye uru...

Mu ntumbero yo kwitegurira ihiganwa rya #CHAN2020_2021 buca ribera muri Cameroon🇨🇲, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 07 Nzero 2021, habaye urukino rwa kivandimwe. FT: Rwanda🇷🇼️2-2 Congo Brazzaville🇨🇬 Goals: Bersyl Obassi 9′, 26′ Martin Fabrice Twizeyimana 28′ Mico Justin 88′#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »