Breaking News

Tag Archives: Kuri

#RMT: Abakinyi 11 batangura k’ urahande rw’ u #Burundi m’ urukino rugire rube igihe c’ isaha y’ ucenda kuri #IntwariStadium hagati y’ ico na #Ma… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Abakinyi 11 batangura k’ urahande rw’ u #Burundi🇧🇮 m’ urukino rugire rube igihe c’ isaha y’ ucenda kuri #IntwariStadium hagati y’ ico na #Mauritania🇲🇷 mu ntumbero yo kurondera itike yo gukina #CAN2021 izobera muri #Cameroon🇨🇲 . Urwo rutonde urubona gute rutarimwo #AmissiCedric kubera ikarata zitatu z’ umuhondo afise na #NsabiyumvaFréderic …

Read More »

#RMT: Vyari vyitezwe ko m’ urukino ruzohuza #AthleticoMadrid na #FCBarcelone muri #LaligaSatander kuri uyu wa gatandatu isaha zine(22h00) z’ ijo… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Vyari vyitezwe ko m’ urukino ruzohuza #AthleticoMadrid na #FCBarcelone muri #LaligaSatander kuri uyu wa gatandatu isaha zine(22h00) z’ ijoro ko #LouisSuarez yohuye na mugenziwe bari mu mirwi itandukanye ariko ntibigikunze kubera ko #LouisSuerez bamusanzemwo ibimenyetso vya #COVID-19. Uvyakiriye gute? #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Umushingamateka #Solène yatowe mu ntara ya #Rumonge yashimiye abitavye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 Munyonyo 202… – #RMTUpDates

Umushingamateka #Solène yatowe mu ntara ya #Rumonge yashimiye abitavye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 Munyonyo 202...

Umushingamateka #Solène yatowe mu ntara ya #Rumonge yashimiye abitavye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020 vyabereye muri komine #Bugarama zone #Magara k’ umutumba #Magara ya kabiri. Yongeye kandi aratanga impanuro ku benegihugu ko bokwipimisha indwara zitandukanye maze bakitura amavuriro batarasinzikara. #Radiomagaratimesfm92MHZ Source                           

Read More »

#RMT: Umunezero ni wose m’ umurwi #AlAhlySC wo mu Misiri inyuma yaho kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Munyonyo 2020 batahukaniye igikombe ca … – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Umunezero ni wose m’ umurwi #AlAhlySC wo mu Misiri🇪🇬 inyuma yaho kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Munyonyo 2020 batahukaniye igikombe ca #CAFChampionsLeague2019-2020 mu gutsinda #ZamalekSC ibitsindo 2 kuri 1.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Inkino zabaye inyuma y' isaha zitatu(21h00) z' ijoro kuri uyu wa 30 Nzero 2021…. – #RMTUpDates

Inkino zabaye inyuma y' isaha zitatu(21h00) z' ijoro kuri uyu wa 30 Nzero 2021....

Inkino zabaye inyuma y' isaha zitatu(21h00) z' ijoro kuri uyu wa 30 Nzero 2021. 🇫🇴#Premier_League R21 FT: Southampton 0-1 Aston Villa Goal: Barkley 41' 🇪🇸#LaligaSatander R21 FT: Villarreal 1-1 Real Sociedad Goals: Parejo 3', Isak 90+3' 🇮🇹#SérieA R21 FT: Inter Milan 4-0 Benevento Goals: Improta 7'(OG), Martinez 57', Lukaku 67', …

Read More »

#RMT: Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu wa 29 Nzero 2021…. – #RMTUpDates

Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu wa 29 Nzero 2021....

Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu wa 29 Nzero 2021. 🇫🇷#Ligue1_Ubereats R22 FT: Lyon 2-1 Bordeaux Goals: Ekambi 32', Kalu 55', Dubois 90+2' #🇪🇸#LaligaSatander R21 FT: Real Valladolid 1-3 Huesca Goals: Mir 37', 50', 57', Villa 90+3' 🇮🇹#SérieA R20 FT: Torino 1-1 Fiorentina Goals: Ribery 68', Belotti 88' 🇩🇪#Bundesliga R19 …

Read More »

#RMT: #Burundi_Football: Ivyavuye mu nkino za 1/2 gishira icanyuma mu gikombe c' #Ubumwe kuri uyu wa 26 Nzero 2021…. – #RMTUpDates

#Burundi_Football: Ivyavuye mu nkino za 1/2 gishira icanyuma mu gikombe c' #Ubumwe kuri uyu wa 26 Nzero 2021....

#Burundi_Football🇧🇮: Ivyavuye mu nkino za 1/2 gishira icanyuma mu gikombe c' #Ubumwe kuri uyu wa 26 Nzero 2021. FT: Flambeau du Centre 1-0 Aigle Noir SC FT: Rukinzo FC 1-0 Olympic Star MN: Urukino rwa nyuma rutegekanijwe kw' igenekerezo rya 05 /02/2021 kuri Stade Ingoma i Gitega hagati ya #FlambeauduCentre …

Read More »

#RMT: #Burundi_Football: Inkino z’ igikombe c’ ubumwe za kimwe ca kabiri gishira ica nyuma(demi-finale) zitegekanijwe gukinwa kuri uyu wa 26 Nzero… – #RMTUpDates

#Burundi_Football: Inkino z' igikombe c' ubumwe za kimwe ca kabiri gishira ica nyuma(demi-finale) zitegekanijwe gukinwa kuri uyu wa 26 Nzero...

#Burundi_Football: Inkino z’ igikombe c’ ubumwe za kimwe ca kabiri gishira ica nyuma(demi-finale) zitegekanijwe gukinwa kuri uyu wa 26 Nzero 2021. Vuga imirwi 2 uhaye amahirwe yo gukina urukino rwa nyuma(Finale)?#PérèsNIBIGIRA Source 2            2Shares             

Read More »

#RMT: Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu wa 25 Nzero 2021…. – #RMTUpDates

Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu wa 25 Nzero 2021....

Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu wa 25 Nzero 2021. 🇪🇸#LaligaSatander R20 FT: Athletico Bilbao 5-1 Getafe G: R.Garcia 12', 61' Cucuralla17' Y.Alavarez 50' A.Berenguer 75' O.de Marcos 82' #England_FACup R4 FT: Wycombe 1-4 Tottenham #CHAN_2020 #GoupeB(3è journée FT: RRC🇨🇩 2-1 Niger🇳🇪 G: Kabangu 27' Moussa 73' Masasi 90'+2' FT: …

Read More »