Breaking News

Tag Archives: muri

#RMT: Musitanteri wa komine Bugarama yari yishikiye mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwigisha kw’isi yose uwo musi muri Kom… – #RMTUpDates

Musitanteri wa komine Bugarama  yari yishikiye mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwigisha kw'isi yose uwo musi muri Kom...

Musitanteri wa komine Bugarama yari yishikiye mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwigisha kw’isi yose uwo musi muri Komine Bugarama ukaba wahimbazwe kw’igenekerezo rya 13/11/2020 #Olivier Nibitanga #Magara Times FM 92.0 Source                           

Read More »

#RMT: Vyari vyitezwe ko m’ urukino ruzohuza #AthleticoMadrid na #FCBarcelone muri #LaligaSatander kuri uyu wa gatandatu isaha zine(22h00) z’ ijo… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Vyari vyitezwe ko m’ urukino ruzohuza #AthleticoMadrid na #FCBarcelone muri #LaligaSatander kuri uyu wa gatandatu isaha zine(22h00) z’ ijoro ko #LouisSuarez yohuye na mugenziwe bari mu mirwi itandukanye ariko ntibigikunze kubera ko #LouisSuerez bamusanzemwo ibimenyetso vya #COVID-19. Uvyakiriye gute? #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota mu matsinda birimwo. MN: Ibihugu bigera kuri bitanu(5) biramaze gukatisha itike navyo ni: 1) Cameroun 2) Sénegal 3) Algérie 4) Mali 5) Tunisie Vuga igihugu cawe hanyuma wongere uvuge …

Read More »

#RMT: Hari nk’ uno munsi w’ igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka wa 2016 aho #CristianoRonaldo yatsinda #Hat-rack #AthleticoMadrid ari muri #RealMa… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Hari nk’ uno munsi w’ igenekerezo rya 19 Munyonyo umwaka wa 2016 aho #CristianoRonaldo yatsinda #Hat-rack #AthleticoMadrid ari muri #RealMadrid. Iyo #derby yagenze uku: Real Madrid 3-0 Athletico Madrid#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Uko imirwi yaraye itsindanye ejo k’ umunsi wa kabiri igenekerezo rya 24 Munyonyo 2020 muri #UEFAChampionsLeague ku ndwi igira 4…. – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Uko imirwi yaraye itsindanye ejo k’ umunsi wa kabiri igenekerezo rya 24 Munyonyo 2020 muri #UEFAChampionsLeague ku ndwi igira 4. Ubona umurwi ukunda wavyifashemwo gute? MN: Kuri uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, harategekanijwe izindi nkino zisozera indwi ya 4.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Ni uyuhe mumenyereza murabo ba 5 ubona agiye gutahukana agashimwe k’ umumenyereza mwiza w’ umwaka muri #FIFA?… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Ni uyuhe mumenyereza murabo ba 5 ubona agiye gutahukana agashimwe k’ umumenyereza mwiza w’ umwaka muri #FIFA? 1) Marcelo Bielsa #Argentine club Leeds United 2) Hans-Dieter Flick Allemagne🇩🇪 Buyern Munich 3) Jürgen Klopp Allemagne🇩🇪 club Liverpool 4) Zinedine Zidane #France club Réal Madrid. 5) Julen Lopetegui FC Seville#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Inkino za #AFCONU20Qualifiers / CECAFAU20 zigeze muri kimwe ca kabiri gishira ica nyuma(demi-finale). Kuwa mbere 30 Munyonyo 2020… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Inkino za #AFCONU20Qualifiers / CECAFAU20 zigeze muri kimwe ca kabiri gishira ica nyuma(demi-finale). Kuwa mbere 30 Munyonyo 2020 Black Rhinlo Academy Stadium 12:00 Ouganda🇺🇬 & #Kenya 3:30 Tanzania🇹🇿 & Sud Sudan🇸🇸 #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: #Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi…. – #RMTUpDates

#Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi....

#Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi. 👉 Kirazira kwambara ibutura, i "singlets", impuzu zo kwinonora imitsi, inkofero, munekere (pocket down) ikambabiri, n'ibirato vyose vyerekana amano (sandales), imipira ya za lumitel, econet-leo, n'izindi ; 👉 Ku bigeme, kirazira kwambara impuzu ngufi, izerekana mu mugongo, ibitenge, utujabitugu ( foulards), …

Read More »

#RMT: #Official: Inyuma yaho #FlankLampard yahora amenyereza Chelsea yirukaniwe muri uyo… – #RMTUpDates

#Official: Inyuma yaho #FlankLampard yahora amenyereza Chelsea yirukaniwe muri uyo...

#Official: Inyuma yaho #FlankLampard yahora amenyereza Chelsea🇫🇴 yirukaniwe muri uyo murwi, ubu #ThomasTuchel🇩🇪 yohoze amenyereza PSG niwe agiye kumenyereza Chelsea The Blues mu kiringo c' amezi 18. Nk' umukunzi w' uwo murwi canke nk' uwukurikiranira hafi inkino, ubona Thomas Tuchel azosubiza ibintu m' uburyo muri Chelsea? #PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »