Breaking News

Tag Archives: Radio

#RMT: #KAHISE Bakunzi ba Radio magara times fm 92, ku wa 30 Ruheshi 1977, umukuru w’igihugu Jean Baptiste Bagaza yarakuyeho #Ubugererwa…. – #RMTUpDates

#KAHISE  Bakunzi ba Radio magara times fm 92, ku wa 30 Ruheshi 1977, umukuru w'igihugu Jean Baptiste Bagaza yarakuyeho #Ubugererwa....

#KAHISE Bakunzi ba Radio magara times fm 92, ku wa 30 Ruheshi 1977, umukuru w’igihugu Jean Baptiste Bagaza yarakuyeho #Ubugererwa. Ni ibiki mwoba muzi kuri uwo mugirwa utavugwako rumwe ? #OnesimeNdayishimiye # Source                           

Read More »

#RMT: Émission « UMUZIKI N’ABANYAMUZIKI » de ce Mardi le 05 Janvier 2021 sur la Radio Magaratimes.fm, nous serons ensemble avec deux chanteuses du … – #RMTUpDates

Émission "UMUZIKI N'ABANYAMUZIKI" de ce Mardi le 05 Janvier 2021 sur la Radio Magaratimes.fm, nous serons ensemble avec deux chanteuses du G...

Émission « UMUZIKI N’ABANYAMUZIKI » de ce Mardi le 05 Janvier 2021 sur la Radio Magaratimes.fm, nous serons ensemble avec deux chanteuses du Gospel #SunLight et #Dodo_Dorcas de la ville de #RUMONGE.#Manassé_NIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Émission « UMUZIKI N’ABANYAMUZIKI » de ce Mardi le 05 Janvier 2021 sur la Radio Magaratimes.fm, nous serons ensemble avec deux chanteuses du G… – #RMTUpDates

Émission "UMUZIKI N'ABANYAMUZIKI" de ce Mardi le 05 Janvier 2021 sur la Radio Magaratimes.fm, nous serons ensemble avec deux chanteuses du G...

Émission « UMUZIKI N’ABANYAMUZIKI » de ce Mardi le 05 Janvier 2021 sur la Radio Magaratimes.fm, nous serons ensemble avec deux chanteuses du Gospel #SunLight et #Dodo_Dorcas de la ville de #RUMONGE.#Manassé_NIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Samedi, 26-12-2020: Magara Times FM Live. MURIKO MURAKURIKIRANA RADIO MAGARA TIMES FM KURI FM 92.0 MHZ, KURI WEBSITE YACU NO KURI FACEBOO… – #RMTUpDates

Samedi, 26-12-2020: Magara Times FM Live. MURIKO MURAKURIKIRANA RADIO MAGARA TIMES FM KURI FM 92.0 MHZ, KURI WEBSITE YACU NO KURI FACEBOOK. Mwipfuza gutasha abanyu, numéros ni: – WhatsApp: +257-69246353. – SMS: +257- – Appel: +257-#LaRadioTouteProchedeVous #RMTUpdates Source                           

Read More »

#RMT: Dimanche, 27-12-2020: Magara Times FM Live. MURIKO MURAKURIKIRANA RADIO MAGARA TIMES FM KURI FM 92.0 MHZ, KURI WEBSITE YACU NO KURI FACEB… – #RMTUpDates

Dimanche, 27-12-2020: Magara Times FM Live. MURIKO MURAKURIKIRANA RADIO MAGARA TIMES FM KURI FM 92.0 MHZ, KURI WEBSITE YACU NO KURI FACEBOOK. Mwipfuza gutasha abanyu, numéros ni: – WhatsApp: +25769246353. – SMS: +25769246353 – Appel: +25769246353 #LaRadioTouteProchedeVous #RMTUpdates Source                           

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya 05-08-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe ni ngingo ikurikira: -Barashima uko akazi kabo kagenda naho kataburamwo ingorane abo nabo akaba ari abararira amato kumweha wa Magara. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,…. 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200804 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wakabiri mushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira: -Kuri uyu wambere Myandagaro 2020 harabaye umunsi mukuru wahariwe umunsi wo gufashanya Amakenga n’ahere kubenegihugu barangurira imirimo yabo mwisoko nkuru ya Magara bivanye n’inyubakwa igira yubakwe mwisoko hagati Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube. Facebook. …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200803 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 03-08-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Guheranigwa mukazi canke murudandazwa nibimwe mubisubiza inyuma abarundi n’Uburundi. -Kumusi wagatandatu harabaye urukino ngwahuje Rutumo Star na Kizegwa united. Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu : YouTube, Facebook, Website,… 20200803 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200731 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwagatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 31-07-2020 dushikirizwa na Jean CIZA agizwe ni ngingo nkuru nkuru zikurikira: -Umugambi wo gutangishwa amahera ya assurence kubarovyi ngo ntiwakiriwe neza naba rovyi bose. Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…. 20200731 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwagatanu kuri 92.00Mhz no kuri …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200729 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 29-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Felicien agizwe ningingo nkururu nkuru zikurikira: -Igikogwa co gupima covid-19 kirabandanya mugihugu cose abo basanze baranduye bakabakurikirana. -Buraca bugacana ayandi mugihe harihagize imisi higaragaza ibura ry’amafi kumweha wa MAGARA Imana ikabiriko iracana umwimbu ukaburiko uraboneka muruwo mweha. Amakuru aramvuye muyakurikirana …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200728 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kabiri igenekerezo rya 28-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -Unomusi igenekerezo rya 28-07-2020 niho mugihugu cose hariko hakogwa ikibazo ca reta kirangiza amashure yisumbuye kigatanga uburenganzira bwokuja mu zakaminuza. -Amasanganya yimiriro arakunze kwigaragaza muribino bihe vyimpeshi aba yaturutse ku miriro isanzwe canke kumiyagankuba. …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200727 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 27-07-2020 dushikirizawa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikirikira: -Impinduka ziriko ziribonekeza kukiyaga tanganyika ahoharihaheze imisi icokiyaga caricateye umwuzure . -Mugihe abenegihugu batohabera maso barashobora kwandura indwara zituruka kwisuku rike nacanecane kubakorera munzu zuburiro -Murikinogihe cuburuhuko abanyeshure barakwiye gukora ibikogwa bizobafasha kuronka ibikoresho …

Read More »

#Burundi #RMTUpDates: 20200722 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 22-07-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira: -kugwanya ibiturire kubunga bunga itunga ry’igihugu hamwe no gutahukana impuzi ngo nibimwe mumigambi Reta y’uburundi igiye gushira mungiro vuba. -Hagizimisi hibonekeza amasanganya mumabarabara atandukanye abajejwe umutekano barakwiye kuhabera magabo kugira ngwayo masanganya agabanuke. -Amapikipiki …

Read More »