Breaking News

Tag Archives: Uko

#RMT: Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Inyuma y’ inkino z’ umunsi ugira kane(4) zo kurondera itike yo kuzokina #CAN2021 izobera muri #Cameroun, rabe uko ibihugu bisumbanya amanota mu matsinda birimwo. MN: Ibihugu bigera kuri bitanu(5) biramaze gukatisha itike navyo ni: 1) Cameroun 2) Sénegal 3) Algérie 4) Mali 5) Tunisie Vuga igihugu cawe hanyuma wongere uvuge …

Read More »

#RMT: Uko imirwi yaraye itsindanye ejo k’ umunsi wa kabiri igenekerezo rya 24 Munyonyo 2020 muri #UEFAChampionsLeague ku ndwi igira 4…. – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Uko imirwi yaraye itsindanye ejo k’ umunsi wa kabiri igenekerezo rya 24 Munyonyo 2020 muri #UEFAChampionsLeague ku ndwi igira 4. Ubona umurwi ukunda wavyifashemwo gute? MN: Kuri uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, harategekanijwe izindi nkino zisozera indwi ya 4.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#UMUZIKI Benshi bavugako Big Fzzo Yasubiye kumenyekana cane kubera uno musore w umuyabaga kirikou kuko yasubiye kumushira kurubuga . Bikavurwa ko Sat B yaciye atekana cane kubera #KIRIKOU Wewe nawe ubibona uko? #OnesimeNdayishim…

#UMUZIKI  Benshi bavugako Big Fzzo Yasubiye kumenyekana cane 
 kubera uno musore w umuyabaga kirikou  kuko yasubiye kumushira kurubuga . Bikavurwa ko Sat B  yaciye atekana cane kubera 
 #KIRIKOU 
 Wewe nawe ubibona uko?
 #OnesimeNdayishim...

#UMUZIKI Benshi bavugako Big Fzzo Yasubiye kumenyekana cane kubera uno musore w umuyabaga kirikou kuko yasubiye kumushira kurubuga . Bikavurwa ko Sat B yaciye atekana cane kubera #KIRIKOU Wewe nawe ubibona uko? #OnesimeNdayishimiye Source                           

Read More »

#RMT: #CHAN_2020: Uko ibihugu bisumbanya amanota inyuma y' inkino zigira kabiri(2è journée)…. – #RMTUpDates

#CHAN_2020: Uko ibihugu bisumbanya amanota inyuma y' inkino zigira kabiri(2è journée)....

#CHAN_2020: Uko ibihugu bisumbanya amanota inyuma y' inkino zigira kabiri(2è journée). Groupe A 1. Cameroon🇨🇲 4pts 2. Mali🇲🇱 4pts 3. Burkina Faso🇧🇫 3pts 4. Zimbabwe🇿🇼 0pt Groupe B 1. RDC🇨🇩 4pts 2. Libya🇱🇾 2pts 3. Niger🇳🇪 2pts 4. Congo🇨🇬 1pt Groupe C 1. Maroc🇲🇦 4pts 2. Togo🇹🇬 3pts 3. Rwanda🇷🇼️ …

Read More »

#RMT: #Burundi: ikigo #IITA kiriko gikora ubushakashatsi ku giterwa c' ikigori. Umuhinga mu vy' indimo #NIRAGIRA_Déo arasigura Uko u… – #RMTUpDates

#Burundi:  ikigo #IITA  kiriko gikora ubushakashatsi ku  giterwa c' ikigori. Umuhinga mu vy' indimo #NIRAGIRA_Déo arasigura  Uko u...

#Burundi: ikigo #IITA kiriko gikora ubushakashatsi ku giterwa c' ikigori. Umuhinga mu vy' indimo #NIRAGIRA_Déo arasigura Uko ubushakashatsi buriko bukorwa bufatiye kukuraba ibigori vyimbuka kare. Ivyo akaba yabishikirije kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19 Nzero 2021 mu gihe bariko barabira hamwe aho ubwo bushakashatsi bugeze muri zone Magara Komine …

Read More »

#RMT: Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu Mungu igenekerezo rya 10 Nzero 2021 muri #PrimusLigue_Burundi2020_2021 ku ndwi ya 16…. – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

🇧🇮Ivyavuye mu nkino zabaye kuri uyu Mungu igenekerezo rya 10 Nzero 2021 muri #PrimusLigue_Burundi2020_2021 ku ndwi ya 16. FT: Olympic Star 1-0 Inter Stars FT: Royal FC 1-2 Musongati FC FT: Athletico AC 1-2 Rukinzo FC #Uko imirwi isumbanya amanota: 1. Olympic Star 30pts(+11buts) 2. Flambeau du Centre 29pts(+15buts) 3. …

Read More »

#RMT: Inyuma y' akaruhuko k' indwi imwe nk' uko vyama bigenda buri kwezi, kuri uyu 04 Nzero 2021 abasanzwe barangura umwuga w'… – #RMTUpDates

Inyuma y' akaruhuko k' indwi imwe nk' uko vyama bigenda buri kwezi, kuri uyu 04 Nzero 2021 abasanzwe barangura umwuga w'...

Inyuma y' akaruhuko k' indwi imwe nk' uko vyama bigenda buri kwezi, kuri uyu 04 Nzero 2021 abasanzwe barangura umwuga w' uburovyi mu kiyaga #Tanganyika🇧🇮 batanguye akazi kabo ukuri kwamye. Aho twaciye ku kivuko c' uburovyi ca #Rutumo kiri muri zone Minago intara ya Rumonge, imyiteguro yariko igenda neza. Abarovyi …

Read More »

#RMT: Ivyavuye mu nkino zihejeje kuba kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 kigarama 2020 II. Burundi #PrimusLigue inkono z’ ibirarane. FT… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Ivyavuye mu nkino zihejeje kuba kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 kigarama 2020 II. Burundi🇧🇮 #PrimusLigue inkono z’ ibirarane. FT: Olympic Star 2-0 Musongati FC FT: Messager Ngozi 0-0 B S Dynamik #Uko imirwi isumbanya amanota ivyagateganyo 1. Olympic Star 27pts (+10) 2. Flambeau du Centre 26pts (+14) 3. …

Read More »

#RMT: England ivyavuye mu nkino zibiri zabaye ku wa mbere igenekerezo rya 21 kigarama 2020 muri #EPL ku ndwi ya 14 n’ uko imirwi isumbanya aman… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

England🇫🇴 ivyavuye mu nkino zibiri zabaye ku wa mbere igenekerezo rya 21 kigarama 2020 muri #EPL ku ndwi ya 14 n’ uko imirwi isumbanya amanota. FT: Burnley 2-1 Wolves FT: Chelsea 3-0 West Ham *Uko imirwi isumbanya amanota 1. Liverpool 31pts 2. Leicester 27pts 3. Man United 26pts 4. Everton …

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y’ indwi ya cumi na gatatu(13) y’ inkino mw’ ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru ry’ igihugu c’ #E… – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y' indwi ya cumi na gatatu(13) y' inkino mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru ry' igihugu c'  #E...

Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y’ indwi ya cumi na gatatu(13) y’ inkino mw’ ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru ry’ igihugu c’ 🇫🇴 #EPL. Ubona umurwi ukunda uri mu kibanza ca kangahe? Jewe umurwi nkunda uri mu kibanza c’ indwi #Chelsea.#PérèsNIBIGIRA Source 28            28Shares             

Read More »

#RMT: Nk' uko vyama bikorwa buri munsi wa kane, kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 17 kigarama 2020 habaye ibikorwa vyo guca imikobeko mu… – #RMTUpDates

Nk' uko vyama bikorwa buri munsi wa kane, kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 17 kigarama 2020 habaye ibikorwa vyo guca imikobeko mu...

Nk' uko vyama bikorwa buri munsi wa kane, kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 17 kigarama 2020 habaye ibikorwa vyo guca imikobeko mu ntumbero yo gukingira isi ndimwa biciye muri wa mugambi w' igihugu c' Uburundi #EweBurundiUrambaye. Ivyo bikorwa bikaba vyabereye k' umutumba Bugarama wa komine #BUGARAMA intara ya …

Read More »