Breaking News

Tag Archives: umupira

#RMT: Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru kw’ isi #FIFA ryasohoye urutonde rw’ ukungene ibihugu bisumbanya amanota m’ ukwezi kwa Munyonyo 2020 aho … – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru kw’ isi #FIFA ryasohoye urutonde rw’ ukungene ibihugu bisumbanya amanota m’ ukwezi kwa Munyonyo 2020 aho igihugu c’ Uburundi🇧🇮 cungutse ibibanza 11. Cahora mu kibanza c’ ijana na mirongo ine n’ icende (149) ariko ubu ico gihugu kiri mu kibanza c’ ijana na mirongo itatu …

Read More »

#RMT: Ingingo y' ishirahamwe ry' umupira w' amaguru #FFB mu yafashe yo gukina inkino zi tatu(3) k' umurwi #OlympicStar ku kib… – #RMTUpDates

Ingingo y' ishirahamwe ry' umupira w' amaguru #FFB mu  yafashe yo gukina inkino zi tatu(3) k' umurwi #OlympicStar ku kib...

Ingingo y' ishirahamwe ry' umupira w' amaguru #FFB mu 🇧🇮 yafashe yo gukina inkino zi tatu(3) k' umurwi #OlympicStar ku kibuga #Umuco co mu ntara ya #Muyinga atabarorerezi bahari harimwo n' inkino z' igikombe citiriwe umukuru w' igihugu #CoupeduPrésident ndetse n' izo mu cicaro ca kabiri #LigueB zizobera kuri ico …

Read More »

#RMT: Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru mu gihugu ca Zimbabwe risaba ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru k’ umugabane wa Africa #CAF gusivya inkin… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru mu gihugu ca Zimbabwe🇿🇼 risaba ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru k’ umugabane wa Africa #CAF gusivya inkino za #CHAN buca zitangura kw’ igenekerezo rya 16 Nzero 2021 muri Cameroon🇨🇲 Igituma ni #COVID_19 yasubiye kwibonekeza mu bihugu bitandukanye. Mu minsi iheze, abakinyi 9 n’ abandi bantu …

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y’ indwi ya cumi na gatatu(13) y’ inkino mw’ ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru ry’ igihugu c’ #E… – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y' indwi ya cumi na gatatu(13) y' inkino mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru ry' igihugu c'  #E...

Uko imirwi isumbanya amanota inyuma y’ indwi ya cumi na gatatu(13) y’ inkino mw’ ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru ry’ igihugu c’ 🇫🇴 #EPL. Ubona umurwi ukunda uri mu kibanza ca kangahe? Jewe umurwi nkunda uri mu kibanza c’ indwi #Chelsea.#PérèsNIBIGIRA Source 28            28Shares             

Read More »

#RMT: Imirwi ikomeye mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Ubwongereza?? #EPL ku ndwi ya 12 ntiyorohewe…. – #RMTUpDates

Imirwi ikomeye mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Ubwongereza?? #EPL ku ndwi ya 12 ntiyorohewe....

Imirwi ikomeye mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Ubwongereza🇫?? #EPL ku ndwi ya 12 ntiyorohewe. #Arsenal watsindiwe ku kibuga cawo na #Burnley igitsindo kimwe k' ubusa, #ManchesterUnited ku kibuga cayo ihanganiriza na #ManchesterCity, #Everton itsinda #Chelsea kimwe k' ubusa nayo #Tottenham iranganya na #CrystalPalace igitsindo kimwe ku kindi. …

Read More »

#RMT: Tanzania?? #VPL kuwa gatandatu igenekerezo rya 12 Kigarama 2020. FT: Mwadui FC 0-5 Young Africans MN: Kuva ihiganwa rikuru ry’ umupira w… – #RMTUpDates

Radio Magara Times FM, profile picture

Tanzania🇹?? #VPL kuwa gatandatu igenekerezo rya 12 Kigarama 2020. FT: Mwadui FC 0-5 Young Africans MN: Kuva ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru mu gihigu ca 🇹🇿 ritanguye, umurwi w’ abenegihugu(Wananchi) niho ugitsinda ibitsindo vyinshi nk’ ivyo. Mwomenya ko #SaidoNTIBAZONKIZA atarakina ariko abandanya agira imyimenyerezo n’ abagenziwe.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota mu cicaro ca mbere (ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru) m' Uburundi #PrimusLigue ku ndwi ya … – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota mu cicaro ca mbere (ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru) m' Uburundi #PrimusLigue ku ndwi ya ...

Uko imirwi isumbanya amanota mu cicaro ca mbere (ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru) m' Uburundi🇧🇮 #PrimusLigue ku ndwi ya 12. 1. Olympic Star 23pts (+10) 2. Aigle Noir SC 22pts (+4) 3. Rukinzo FC 21pts (+5) 4. Vital'o FC 21pts (0) 5. Flambeau du Centre 20pts (+12) 6. B …

Read More »

#RMT: Kurikirana urukino rwa nyuma(Finale) rwahuje umurwi w' umupira w' amaguru wa komine #Bugarama y' intara ya #Rumonge n' u… – #RMTUpDates

Kurikirana urukino rwa nyuma(Finale) rwahuje umurwi w' umupira w' amaguru wa komine #Bugarama y' intara ya #Rumonge n' umurwi wa komine #Ruyigi rwabaye kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama 2020 mu ntara ya #RUTANA aho komine #Bugarama yatahukanye igikombe c' uno umwaka wa 2020 mw' ihiganwa rihuza ama …

Read More »

#RMT: Uko imirwi isumbanya amanota mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Uburundi?? #PrimusLigue2020-2021 ku ndwi ya 1… – #RMTUpDates

Uko imirwi isumbanya amanota mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Uburundi?? #PrimusLigue2020-2021 ku ndwi ya 1...

Uko imirwi isumbanya amanota mw' ihiganwa rikuru ry' umupira w' amaguru m' Uburundi🇧?? #PrimusLigue2020-2021 ku ndwi ya 13. 1. Flambeau du Centre 23pts(+13) 2. Olympic Star 23pts(+10)( 1match en retard) 3. Aigle Noir SC 23pts(+3) 4. Rukinzo FC 22pts(+5) 5. Vital'o FC 21pts(-1) 6. B S Dynamik 20pts(+4)(1match en retard) …

Read More »

#Burundi: Kurikirana urukino rwa nyuma(Finale) rwahuje umurwi w' umupira w' amag… – #RMTUpDates #RMT

Kurikirana urukino rwa nyuma(Finale) rwahuje umurwi w' umupira w' amaguru wa komine #Bugarama y' intara ya #Rumonge n' umurwi wa komine #Ruyigi rwabaye kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Kigarama 2020 mu ntara ya #RUTANA aho komine #Bugarama yatahukanye igikombe c' uno umwaka wa 2020 mw' ihiganwa rihuza ama …

Read More »

#RMT: #SadNews: Uwabiciye bigacika m’ umupira w’ amaguru mu gihugu ciwe ca #Argentine no mu mirwi itandukanye kw’ isi #DiegoMaradona yitavye Umure… – #RMTUpDates

#SadNews: Uwabiciye bigacika m' umupira w' amaguru mu gihugu ciwe ca #Argentine no mu mirwi itandukanye kw' isi #DiegoMaradona yitavye Umure...

#SadNews: Uwabiciye bigacika m’ umupira w’ amaguru mu gihugu ciwe ca #Argentine no mu mirwi itandukanye kw’ isi #DiegoMaradona yitavye Umuremyi ku myaka 60 y’ amavuka biturutse kw’ ihagarara ry’ umutima(arrêt cardiaque). Imana imwakire m’ ubwami bwayo.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: #OmariSelemani umunya RDCongo niwe yagenywe ngo arongore ivyimfatakibanza ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru k’ umugabane wa #Africa #CAF gu… – #RMTUpDates

#OmariSelemani umunya RDCongo niwe yagenywe ngo arongore ivyimfatakibanza ishirahamwe ry' umupira w' amaguru k' umugabane wa #Africa #CAF gu...

#OmariSelemani umunya RDCongo🇨🇩 niwe yagenywe ngo arongore ivyimfatakibanza ishirahamwe ry’ umupira w’ amaguru k’ umugabane wa #Africa #CAF gushika m’ ukwezi kwa gatatu 2021 inyuma yaho #FIFA ifatiye ingingo yo guhagarika #AhmedAhmed yarasanzwe arirongoye.#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »

#RMT: Hagati ya #Ronaldinho na #Ronaldo n’ inde yakinye umupira w’ amaguru birashimwa cane gusumvya uwundi m’ umurwi nserukira gihugu wa canke m… – #RMTUpDates

Hagati ya #Ronaldinho na #Ronaldo n' inde yakinye umupira w' amaguru birashimwa cane gusumvya uwundi  m' umurwi nserukira gihugu wa  canke m...

Hagati ya #Ronaldinho na #Ronaldo n’ inde yakinye umupira w’ amaguru birashimwa cane gusumvya uwundi m’ umurwi nserukira gihugu wa 🇧🇷 canke mu mirwi bagiye barakinamwo? Uwakunzwe cane gusumvya uwundi n’ abakunzi b’ inkino kw’ isi n’ inde?#PérèsNIBIGIRA Source                           

Read More »